Kuvayo 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko Musa atangura gutora muri Isirayeli yose abagabo babishoboye, abashinga amabanga yo kuba abakuru b’abantu+, abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi. Gusubira mu vyagezwe 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko mfata abakuru b’imiryango yanyu, abagabo b’inkerebutsi kandi bazi utuntu n’utundi, ndabagira abakuru banyu: abakuru b’ibihumbi, n’abakuru b’amajana, n’abakuru ba mirongo itanitanu, n’abakuru b’amacumi, n’abarongozi b’imiryango yanyu+.
25 Nuko Musa atangura gutora muri Isirayeli yose abagabo babishoboye, abashinga amabanga yo kuba abakuru b’abantu+, abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi.
15 Nuko mfata abakuru b’imiryango yanyu, abagabo b’inkerebutsi kandi bazi utuntu n’utundi, ndabagira abakuru banyu: abakuru b’ibihumbi, n’abakuru b’amajana, n’abakuru ba mirongo itanitanu, n’abakuru b’amacumi, n’abarongozi b’imiryango yanyu+.