Gusubira mu vyagezwe 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Muguma mwidogera mu mahema yanyu ngo: ‘Kubera Yehova atwanka+ ni co catumye adukura mu gihugu ca Misiri+ kugira adutange mu kuboko kw’Abamori, kugira atuzimanganye+. Zaburi 106:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Baguma bidogera mu mahema yabo+;Ntibumviriza ijwi rya Yehova+.
27 Muguma mwidogera mu mahema yanyu ngo: ‘Kubera Yehova atwanka+ ni co catumye adukura mu gihugu ca Misiri+ kugira adutange mu kuboko kw’Abamori, kugira atuzimanganye+.