ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko bene Isirayeli bose batangura kwidodombera Musa na Aroni+, kandi ikoraniro ryose ritangura kuvuga ribarwanya riti: “Ese iyo dupfuma dupfira mu gihugu ca Misiri, canke tugapfuma dupfira muri aka gahinga!

  • Guharura 26:64
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 64 Mugabo muri abo nta mugabo yarimwo wo mu banditswe na Musa na Aroni umuherezi igihe bandika bene Isirayeli mu gahinga ka Sinayi+.

  • Guharura 32:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 ‘Abagabo baduze bavuye mu Misiri, kuva ku myaka mirongo ibiri kuduga+, ntibazobona ubutaka narahiye Aburahamu na Izahaki na Yakobo+, kuko batankurikiye n’umutima wose,

  • Gusubira mu vyagezwe 1:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 ‘Nta n’umwe muri aba bagabo b’iri yaruka ribi azogenda abonye ca gihugu ciza narahira ko nzoha ba so+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika