ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 23:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “‘Iyi ni yo misi mikuru y’ibiringo+ ya Yehova, amahwaniro meranda+, iyo mukwiye gutangaza ku bihe vyayo vyashinzwe+:

  • Guharura 28:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “‘Kandi mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane w’ukwo kwezi, hazoba ari pasika ya Yehova+.

  • Guharura 29:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “‘Mu kwezi kugira indwi, ku musi wa mbere w’ukwo kwezi, muzogira ihwaniro ryeranda+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+. Uzobabera umusi w’ijwi ry’urumbete+.

  • Gusubira mu vyagezwe 16:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Umusi mukuru w’insago+ ukwiye kuwihimbariza imisi indwi igihe wegeranya ivyo ku mbuga yawe y’ikubitiro no mu ruganiro rwawe rw’amavuta n’umuvinyu.

  • Gusubira mu vyagezwe 16:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Gatatu mu mwaka, uw’igitsina-gabo wese mu bawe akwiye guseruka imbere ya Yehova Imana yawe ahantu azotora+: mu musi mukuru w’udutsima tutarimwo umwambiro+ be no mu musi mukuru w’amayinga+ no mu musi mukuru w’insago+, kandi nta n’umwe akwiye guseruka imbere ya Yehova iminwe misa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika