ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “‘Iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa ry’intete+: Mwebwe bene Aroni, muze murishikirize imbere ya Yehova, imbere y’igicaniro.

  • Abalewi 7:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Iryo ni ryo tegeko ku vyerekeye ishikanwa riturirwa+, ishikanwa ry’intete+ n’ishikanwa ry’igicumuro+ n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ n’ikimazi c’iyatira+ n’ikimazi c’ugusangira+,

  • Guharura 28:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 n’ingero z’ivy’icumi zitatu z’ifu inoze ngo ibe ishikanwa ry’intete+ ribombekeshejwe amavuta ku bw’ishūri imwimwe yose, n’ingero z’ivy’icumi zibiri z’ifu inoze bwa shikanwa ry’intete ribombekeshejwe amavuta ku bwa nya mpfizi y’intama imwe+,

  • Guharura 29:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 muvyongere kw’ishikanwa riturirwa+ rya buri kwezi n’ishikanwa ryaryo ry’intete+ n’ishikanwa riturirwa ry’ubudasiba+ n’ishikanwa ryaryo ry’intete+, kumwe n’amashikanwa yavyo y’ikinyobwa+, hisunzwe ukuntu bisanzwe bigirwa kuri yo, bwa kamoto karuhura, ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+.

  • 1 Ngoma 21:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mugabo Orunani abwira Dawidi ati: “Nuhatware habe ahawe+, kandi umukama wanje umwami akore ico abona ko ari ciza. Ehe ntanze inka+ ngo zibe amashikanwa aturirwa, n’igikubitisho+ ngo kibe inkwi+, n’ingano bwa shikanwa ry’intete. Vyose ndabitanze+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika