Zaburi 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amakosa, ni nde yoyatahura+?Nunyite intungane unkureko ibicumuro vyihishije+. Ivyakozwe 17:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ego ni ko, Imana yarirengagije ibihe vy’ukutamenya mwene ukwo+, yamara ubu iriko ibwira abantu yuko bose aho bari hose bakwiye kwigaya+.
30 Ego ni ko, Imana yarirengagije ibihe vy’ukutamenya mwene ukwo+, yamara ubu iriko ibwira abantu yuko bose aho bari hose bakwiye kwigaya+.