ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 30:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ibi rero ni vyo wa Mweranda wa Isirayeli avuze: “Ko mwataye iri jambo+, kandi kubera ko mwizigira ukugunga be n’ivy’uruyeri, akaba ari vyo mwishimikiza+,

  • 1 Abatesalonika 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko rero, uwubikengera+ ntaba akengereye umuntu, ahubwo aba akengereye Imana+, yo ishira impwemu nyeranda+ yayo muri mwebwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika