Gusubira mu vyagezwe 29:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Kandi umuntu niyamara kwumva amajambo y’iyi ndahiro+, hanyuma akihezagira mu mutima wiwe ati: ‘Nzogira amahoro+ naho nogendera mu kagagazo k’umutima wanje+,’ mu ntumbero yo kuzimanganya uwavomerewe neza n’uwunyotewe, Abacamanza 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Muri iyo misi nta mwami yariho muri Isirayeli+. Umwe wese yakora ivyo yabona ko bibereye mu maso yiwe bwite+. Yobu 31:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nimba intambuko yanje ikevya igata inzira+,Canke umutima wanje ukaba wapfuye gukurikira amaso yanje+,Canke hakaba hari agahonzi kamase ku biganza vyanje+, Yeremiya 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 mugabo bakaguma bakurikira akagagazo k’umutima wabo+ n’ibishusho vya Bayali+, ivyo ba se babigishije+;
19 “Kandi umuntu niyamara kwumva amajambo y’iyi ndahiro+, hanyuma akihezagira mu mutima wiwe ati: ‘Nzogira amahoro+ naho nogendera mu kagagazo k’umutima wanje+,’ mu ntumbero yo kuzimanganya uwavomerewe neza n’uwunyotewe,
6 Muri iyo misi nta mwami yariho muri Isirayeli+. Umwe wese yakora ivyo yabona ko bibereye mu maso yiwe bwite+.
7 Nimba intambuko yanje ikevya igata inzira+,Canke umutima wanje ukaba wapfuye gukurikira amaso yanje+,Canke hakaba hari agahonzi kamase ku biganza vyanje+, Yeremiya 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 mugabo bakaguma bakurikira akagagazo k’umutima wabo+ n’ibishusho vya Bayali+, ivyo ba se babigishije+;
14 mugabo bakaguma bakurikira akagagazo k’umutima wabo+ n’ibishusho vya Bayali+, ivyo ba se babigishije+;