Kuvayo 34:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 ntuze ugirane isezerano n’ababa muri ico gihugu, kuko batazobura gushurashurana n’imana zabo+ bakongera bagashikanira ibimazi izo mana zabo+. Kandi ntihazobura uwugutumira, nawe ata gukeka ukarya ku kimazi ciwe+. Zaburi 106:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Bahumanywa n’ibikorwa vyabo+,Baguma bashurashura biciye ku vyo bakora+. Yakobo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yemwe bagore murenga ibigo+, ntimuzi yuko kugiranira ubugenzi n’isi ari ukwankana n’Imana+? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi+ w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.
15 ntuze ugirane isezerano n’ababa muri ico gihugu, kuko batazobura gushurashurana n’imana zabo+ bakongera bagashikanira ibimazi izo mana zabo+. Kandi ntihazobura uwugutumira, nawe ata gukeka ukarya ku kimazi ciwe+.
4 Yemwe bagore murenga ibigo+, ntimuzi yuko kugiranira ubugenzi n’isi ari ukwankana n’Imana+? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi+ w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.