Guharura 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze abwira Kora n’ikoraniro ryiwe ryose ati: “Mu gitondo Yehova azomenyesha uwumwegukira uwo ari we+ n’uwuri mweranda+ n’uwutegerezwa kwegera hafi yiwe+, kandi uwo azotora+ wese ni we azokwegera hafi yiwe. Luka 9:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Hanyuma ijwi+ riva muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, uwatowe+. Nimumwumvirize+.”
5 Maze abwira Kora n’ikoraniro ryiwe ryose ati: “Mu gitondo Yehova azomenyesha uwumwegukira uwo ari we+ n’uwuri mweranda+ n’uwutegerezwa kwegera hafi yiwe+, kandi uwo azotora+ wese ni we azokwegera hafi yiwe.