ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nuko abantu bamera nk’abafise ikintu kibi bidogera mu matwi ya Yehova+. Yehova avyumvise, ishavu ryiwe rica rirarurumba, maze umuriro wa Yehova urabarurumbira, uyigiza bamwe ku mpera y’ikambi+.

  • Guharura 14:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “Iri koraniro ribi rizogeza ryari kugira uwu mwidodombo baguma banyidodombera+? Numvise imyidodombo ya bene Isirayeli bariko banyidodombera+.

  • Guharura 16:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ku bw’ico wewe n’ikoraniro ryawe ryose mukoraniye hamwe, muriko murwanya Yehova+. Nayo Aroni, abaye iki ngo mumwidodombere+?”

  • Guharura 16:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Buno nyene ku musi ukurikira, ikoraniro ryose rya bene Isirayeli ritangura kwidodombera Musa na Aroni+ riti: “Mwebwe, ni mwe mwishe abantu ba Yehova.”

  • 1 Abakorinto 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Eka kandi ntimukabe abidodomvyi, nk’uko bamwe muri bo bidodomvye+, bakamarwa n’umuranduzi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika