Guharura 1:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Igihe cose itaberenakulo igiye, Abalewi baze bayisambure+; kandi igihe itaberenakulo ikambitse, Abalewi baze bayishinge; uw’ahandi* uwo ari we wese azoyegera aze yicwe+. Ivyakozwe 7:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 “Ba sogokuruza bacu bari bafise ihema ry’intahe mu gahinga, nk’uko yatanze amategeko igihe yariko avugana na Musa ngo arikore yisunze icitegererezo yari yabonye+. Abaheburayo 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mugabo nya bantu bakaba bakora igikorwa ceranda bwa kigereranyo+ n’igitutu+ c’ibintu vyo mw’ijuru; nk’uko Musa igihe yagira yubake ihema+ gushika rirangiye, yahawe itegeko ry’Imana+: Kuko ivuga iti: “Urabe neza ukore vyose wisunze icitegererezo cavyo weretswe ku musozi+.” Abaheburayo 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko igihe Kristu yaza bwa muherezi mukuru+ w’ibintu vyiza bimaze kuba, biciye kw’ihema rinini kuruta kandi ritunganye kuruta ritakozwe n’amaboko, ni ukuvuga, ritari iryo muri ibi biremwa+,
51 Igihe cose itaberenakulo igiye, Abalewi baze bayisambure+; kandi igihe itaberenakulo ikambitse, Abalewi baze bayishinge; uw’ahandi* uwo ari we wese azoyegera aze yicwe+.
44 “Ba sogokuruza bacu bari bafise ihema ry’intahe mu gahinga, nk’uko yatanze amategeko igihe yariko avugana na Musa ngo arikore yisunze icitegererezo yari yabonye+.
5 mugabo nya bantu bakaba bakora igikorwa ceranda bwa kigereranyo+ n’igitutu+ c’ibintu vyo mw’ijuru; nk’uko Musa igihe yagira yubake ihema+ gushika rirangiye, yahawe itegeko ry’Imana+: Kuko ivuga iti: “Urabe neza ukore vyose wisunze icitegererezo cavyo weretswe ku musozi+.”
11 Ariko igihe Kristu yaza bwa muherezi mukuru+ w’ibintu vyiza bimaze kuba, biciye kw’ihema rinini kuruta kandi ritunganye kuruta ritakozwe n’amaboko, ni ukuvuga, ritari iryo muri ibi biremwa+,