Guharura 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Zana umuryango wa Lewi+ hafi, kandi ubahagarike imbere ya Aroni umuherezi, na bo baze bamukorere+. Guharura 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Nayo jewe, ehe ntoye koko Abalewi muri bene Isirayeli mu kibanza c’imfura+ zose zugurura igitereko muri bene Isirayeli; kandi Abalewi bazoba abanje.
6 “Zana umuryango wa Lewi+ hafi, kandi ubahagarike imbere ya Aroni umuherezi, na bo baze bamukorere+.
12 “Nayo jewe, ehe ntoye koko Abalewi muri bene Isirayeli mu kibanza c’imfura+ zose zugurura igitereko muri bene Isirayeli; kandi Abalewi bazoba abanje.