Kuvayo 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi bategerezwa kunyubakira aheranda, kuko ntegerezwa gucumbika hagati muri bo+. Abalewi 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ntakwiye kandi gusohoka ngo ave aheranda canke ngo ahumanye aheranda h’Imana yiwe+, kuko ikimenyetso c’iyegurwa, ya mavuta yo kurobanuza y’Imana yiwe+, kiri kuri we. Ndi Yehova.
12 Ntakwiye kandi gusohoka ngo ave aheranda canke ngo ahumanye aheranda h’Imana yiwe+, kuko ikimenyetso c’iyegurwa, ya mavuta yo kurobanuza y’Imana yiwe+, kiri kuri we. Ndi Yehova.