Kuvayo 29:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Aroni n’abahungu biwe baze barire+ inyama z’iyo mpfizi y’intama na wa mukate uri muri ca gisimbo ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro. Abalewi 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ibisigaye kuri ryo Aroni n’abahungu biwe bazobirya+. Bizoribwa ari udutsima tutagiramwo umwambiro+, babirire ahantu heranda. Bazobirira mu kigo c’ihema ry’ihuriro. Abalewi 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi mutegerezwa kurirya muri ahantu heranda+, kuko ari ingaburo yawe n’ingaburo y’abahungu bawe ivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro; kuko ukwo ari ko nategetswe.
32 Aroni n’abahungu biwe baze barire+ inyama z’iyo mpfizi y’intama na wa mukate uri muri ca gisimbo ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro.
16 Ibisigaye kuri ryo Aroni n’abahungu biwe bazobirya+. Bizoribwa ari udutsima tutagiramwo umwambiro+, babirire ahantu heranda. Bazobirira mu kigo c’ihema ry’ihuriro.
13 Kandi mutegerezwa kurirya muri ahantu heranda+, kuko ari ingaburo yawe n’ingaburo y’abahungu bawe ivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro; kuko ukwo ari ko nategetswe.