Gusubira mu vyagezwe 5:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Nuko Yehova yumva ijwi ry’amajambo yanyu igihe mwavugana nanje, hanyuma Yehova abandanya kumbwira ati: ‘Numvise ijwi ry’amajambo y’aba bantu, ayo bakubwiye. Bagize neza mu vyo bavuze vyose+.
28 “Nuko Yehova yumva ijwi ry’amajambo yanyu igihe mwavugana nanje, hanyuma Yehova abandanya kumbwira ati: ‘Numvise ijwi ry’amajambo y’aba bantu, ayo bakubwiye. Bagize neza mu vyo bavuze vyose+.