Yohani 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Yezu rero ababwira ati: “Nimwamara kuduza+ Umwana w’umuntu+, ni ho muzomenya yuko ndi we+, be n’uko ata kintu na kimwe nkora ndavyigeneye+; mugabo nk’uko Data yanyigishije ni ko mvuga ivyo bintu+. Yohani 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kubera ko amajambo wampaye nayabahaye+, kandi barayakiriye baramenya vy’ukuri yuko naje nguserukira+, kandi baremeye yuko wantumye+.
28 Yezu rero ababwira ati: “Nimwamara kuduza+ Umwana w’umuntu+, ni ho muzomenya yuko ndi we+, be n’uko ata kintu na kimwe nkora ndavyigeneye+; mugabo nk’uko Data yanyigishije ni ko mvuga ivyo bintu+.
8 kubera ko amajambo wampaye nayabahaye+, kandi barayakiriye baramenya vy’ukuri yuko naje nguserukira+, kandi baremeye yuko wantumye+.