ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 13:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 kandi nya kimenyetso canke nya mburizi bikaranguka koko, ari vyo yari yakubwiye+ avuga ngo: ‘Tugendere inyuma y’izindi mana utamenye, tuzikorere,’

  • 1 Abami 18:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ubu rero, nutume intumwa gukoraniriza Isirayeli yose iruhande yanje ku musozi Karumeli+, na ba bahanuzi ba Bayali+ amajana ane na mirongo itanu be na ba bahanuzi amajana ane b’igikingi ceranda+, barira ku meza ya Yezebeli+.”

  • Yeremiya 23:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Kandi abahanuzi ba Samariya+ nababonyemwo ibitabereye. Bakoze bwa bahanuzi bohejwe na Bayali+, kandi baguma batuma abantu banje, egome, Isirayeli, bayerera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika