ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 13:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uyo muhanuzi+ canke uyo murosi wa nya ndoto aze yicwe+, kuko yavuze ivy’ukugarariza Yehova Imana yanyu yabakuye mu gihugu ca Misiri akagucungura ukava mu nzu y’abashumba, nya muntu akabigira ngo aguhindukize uve mu nzira Yehova Imana yawe yagutegetse kugenderamwo+; utegerezwa gukura ikibi hagati muri wewe+.

  • Yeremiya 27:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “‘Kuko ntabatumye,’ ni ko Yehova avuze, ‘mugabo bavuga ubuhanuzi mw’izina ryanje mu binyoma, kugira mwebwe ndabashwiragize+, kandi muzoyogera ata kabuza+, mwe n’abahanuzi bababwira ubuhanuzi+.’”

  • Zakariya 13:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi nihagira uwusubira kuvuga ubuhanuzi, se na nyina bamuvyaye ntibazobura kumubwira bati: ‘Ntubandanya kubaho, kuko wavuze ibinyoma mw’izina rya Yehova.’ Maze se na nyina bamuvyaye bazomutobekeranya kubera ukuvuga ubuhanuzi kwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika