Zaburi 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uzorandura abavuga ikinyoma+.Umuntu asesa amaraso+ kandi akoresha ubuhendanyi+ Yehova aramwanka urunuka. Zaburi 55:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko wewe, ewe Mana, uzobamanukana mu cobo cimbitse kuruta ibindi+.Nayo abagīrwa n’amaraso kandi b’abahendanyi, ntibazobaho n’ica kabiri c’imisi yabo+.Ariko jewe, nzokwizigira wewe+. Ivyakozwe 20:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ku bw’ivyo ndabatanzeko icabona uno musi nyene yuko ncuna ku maraso+ y’abantu bose,
6 Uzorandura abavuga ikinyoma+.Umuntu asesa amaraso+ kandi akoresha ubuhendanyi+ Yehova aramwanka urunuka.
23 Ariko wewe, ewe Mana, uzobamanukana mu cobo cimbitse kuruta ibindi+.Nayo abagīrwa n’amaraso kandi b’abahendanyi, ntibazobaho n’ica kabiri c’imisi yabo+.Ariko jewe, nzokwizigira wewe+.