Imigani 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Icabona c’ikinyoma ntikizobura guhanwa+, kandi uwusuka ibinyoma ntazokira+. Daniyeli 6:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko umwami atanga itegeko, bazana ba bagabo bari bareze Daniyeli+, batererwa muri nya cobo c’intambwe+, n’abana babo n’abagore babo+; bataranashika hasi muri nya cobo, intambwe zari zamaze kubifatira, zijanjagura n’amagufa yabo yose+.
24 Nuko umwami atanga itegeko, bazana ba bagabo bari bareze Daniyeli+, batererwa muri nya cobo c’intambwe+, n’abana babo n’abagore babo+; bataranashika hasi muri nya cobo, intambwe zari zamaze kubifatira, zijanjagura n’amagufa yabo yose+.