Gusubira mu vyagezwe 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze abagabo bose bo mu gisagara c’iwabo baze bamutere amabuye, apfe. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi hagati yawe, kandi Isirayeli yose izovyumva itinye koko+. Gusubira mu vyagezwe 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Umuntu niyafatwa anyuruje+ umuntu wo muri bene wabo bo muri bene Isirayeli, akaba yamucuranguje hanyuma akamugurisha+, uyo munyuruji rero ategerezwa gupfa. Kandi utegerezwa gukura ikibi hagati yawe+. 1 Abakorinto 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Imana na yo igacira urubanza abo hanze+? “Nimukure uwo mubisha muri mwebwe+.”
21 Maze abagabo bose bo mu gisagara c’iwabo baze bamutere amabuye, apfe. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi hagati yawe, kandi Isirayeli yose izovyumva itinye koko+.
7 “Umuntu niyafatwa anyuruje+ umuntu wo muri bene wabo bo muri bene Isirayeli, akaba yamucuranguje hanyuma akamugurisha+, uyo munyuruji rero ategerezwa gupfa. Kandi utegerezwa gukura ikibi hagati yawe+.