Abacamanza 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubu rero ndakwinginze usemerere abantu bumva uti: ‘Ni nde atinya kandi ajugumira? Niyisubirire inyuma+.’” Gutyo Gideyoni arabagerageza. Ibihumbi mirongo ibiri na bibiri muri nya bantu baca basubira inyuma, hasigara ibihumbi cumi.
3 Ubu rero ndakwinginze usemerere abantu bumva uti: ‘Ni nde atinya kandi ajugumira? Niyisubirire inyuma+.’” Gutyo Gideyoni arabagerageza. Ibihumbi mirongo ibiri na bibiri muri nya bantu baca basubira inyuma, hasigara ibihumbi cumi.