Malaki 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko yanse ukwahukana+,” ni ko Yehova ya Mana ya Isirayeli avuze, “akanka n’uwujuje impuzu yiwe ubukazi+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “Mutegerezwa kwirinda ku bijanye n’agatima mufise, kandi mutegerezwa kudahemuka+.
16 Kuko yanse ukwahukana+,” ni ko Yehova ya Mana ya Isirayeli avuze, “akanka n’uwujuje impuzu yiwe ubukazi+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “Mutegerezwa kwirinda ku bijanye n’agatima mufise, kandi mutegerezwa kudahemuka+.