ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Naciye rero mfata incoreke yanje, ndayihimbagura, maze ndayirungika mu turere twose tw’intoranwa ya Isirayeli+, kuko bari bakoze ubushirasoni*+ n’ubusazi bw’agaterasoni muri Isirayeli+.

  • Abacamanza 20:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Tuze dutore abagabo cumi mw’ijana mu miryango yose ya Isirayeli, n’ijana mu gihumbi, n’igihumbi mu bihumbi cumi, kugira baronderere abantu impamba, ngo bano bagire ico bakoze mu kuja gutera Gibeya ha Benyamini, kubera ubusazi bw’agaterasoni+ bwose bakoze muri Isirayeli.”

  • 2 Samweli 13:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ariko amubwira ati: “Oya musazanje! Ntuntetereze+; kuko kugira gutyo bitamenyerewe muri Isirayeli+. Ntukore ubwo busazi bw’agaterasoni+.

  • Abaheburayo 13:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika