45 Kuko ndi Yehova uwuriko arabadugana abakura mu gihugu ca Misiri kugira nerekane ko ndi Imana kuri mwebwe+; kandi mutegerezwa kwerekana ko muri beranda+, kuko jewe ndi mweranda+.
7 Ukuboko kwa nya vyabona ni kwo gukwiye kuza ubwa mbere kuri we kumwica, ukuboko kw’abantu bose na kwo kugakurikira+; utegerezwa gukura ikibi hagati muri wewe+.