Itanguriro 34:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Shekemu mwene Hamori Umuhiwi+, umukuru wo muri ico gihugu, aramubona maze aramufata, aryamana na we, aramwonona+. 2 Samweli 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko ntiyemera kwumviriza ijwi ryiwe, mugabo akoresha inguvu ziruta iziwe, aramutetereza+, aryamana na we+.
2 Nuko Shekemu mwene Hamori Umuhiwi+, umukuru wo muri ico gihugu, aramubona maze aramufata, aryamana na we, aramwonona+.
14 Nuko ntiyemera kwumviriza ijwi ryiwe, mugabo akoresha inguvu ziruta iziwe, aramutetereza+, aryamana na we+.