Itanguriro 34:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko Yakobo yumva ko Shekemu yari yahumanije Dina umukobwa wiwe. Kandi abahungu biwe bari kumwe n’ubusho bwiwe mu gahinga+; Yakobo aguma acereje gushika baje+. Kuvayo 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Umugabo niyaryosharyosha umwigeme w’isugi atarehejwe, akaryamana na we+, ategerezwa kumutwara akaba umugore wiwe, ku kiguzi+.
5 Nuko Yakobo yumva ko Shekemu yari yahumanije Dina umukobwa wiwe. Kandi abahungu biwe bari kumwe n’ubusho bwiwe mu gahinga+; Yakobo aguma acereje gushika baje+.
16 “Umugabo niyaryosharyosha umwigeme w’isugi atarehejwe, akaryamana na we+, ategerezwa kumutwara akaba umugore wiwe, ku kiguzi+.