Gusubira mu vyagezwe 22:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Baze bamuce amande ya shekeli ijana z’ifeza, bazihe se wa nya mukobwa, kuko yatumye umwigeme w’isugi wo muri Isirayeli agira izina ribi+; kandi azoguma ari umugore wiwe. Ntazokwemererwa kumwirukana, imisi yiwe yose.
19 Baze bamuce amande ya shekeli ijana z’ifeza, bazihe se wa nya mukobwa, kuko yatumye umwigeme w’isugi wo muri Isirayeli agira izina ribi+; kandi azoguma ari umugore wiwe. Ntazokwemererwa kumwirukana, imisi yiwe yose.