Matayo 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hanyuma Abafarizayo baza kuri we barondera kumugerageza, bavuga bati: “Vyoba vyemewe ko umugabo yirukana umugore wiwe ku mvo iyo ari yo yose+?” Matayo 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ababwira ati: “Musa yabemereye kwirukana abagore banyu kubera ugukomantara kw’imitima yanyu+, mugabo ukwo si ko vyari kuva mu ntango+.
3 Hanyuma Abafarizayo baza kuri we barondera kumugerageza, bavuga bati: “Vyoba vyemewe ko umugabo yirukana umugore wiwe ku mvo iyo ari yo yose+?”
8 Ababwira ati: “Musa yabemereye kwirukana abagore banyu kubera ugukomantara kw’imitima yanyu+, mugabo ukwo si ko vyari kuva mu ntango+.