Abalewi 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Igihe mushwabura umwimbu w’igihugu canyu, ntuze ushwabure umubari w’umurima wawe ngo ukungutuze, kandi ntuze wandure udutororwa* tw’umwimbu wawe+.
9 “‘Igihe mushwabura umwimbu w’igihugu canyu, ntuze ushwabure umubari w’umurima wawe ngo ukungutuze, kandi ntuze wandure udutororwa* tw’umwimbu wawe+.