Rusi 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uyu ni wo wari umugenzo wa kera muri Isirayeli ku bijanye n’uburenganzira bw’ugucungura no ku bijanye n’ugukāba, kugira ngo ikintu cose gishingwe: Umugabo yabwirizwa gukura inkweto* yiwe+ akayiha mugenziwe, ico kikaba cari icemezo muri Isirayeli.
7 Uyu ni wo wari umugenzo wa kera muri Isirayeli ku bijanye n’uburenganzira bw’ugucungura no ku bijanye n’ugukāba, kugira ngo ikintu cose gishingwe: Umugabo yabwirizwa gukura inkweto* yiwe+ akayiha mugenziwe, ico kikaba cari icemezo muri Isirayeli.