Kuvayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+. Gusubira mu vyagezwe 26:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yehova na we uno musi aguteye kuvuga ko uzocika igisata ciwe, inyegu idasanzwe+, nk’uko yabigusezeraniye+, be n’uko uzokwubahiriza amabwirizwa yiwe yose,
5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+.
18 Yehova na we uno musi aguteye kuvuga ko uzocika igisata ciwe, inyegu idasanzwe+, nk’uko yabigusezeraniye+, be n’uko uzokwubahiriza amabwirizwa yiwe yose,