Abalewi 19:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “‘Ntugahamagarire akabi ku gipfamatwi, kandi ntuze ushire imbere y’impumyi ikintu co kuyitega+; utegerezwa gutinya Imana yawe+. Ndi Yehova.
14 “‘Ntugahamagarire akabi ku gipfamatwi, kandi ntuze ushire imbere y’impumyi ikintu co kuyitega+; utegerezwa gutinya Imana yawe+. Ndi Yehova.