Gusubira mu vyagezwe 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana iruta izindi mana*+ n’Umukama w’abakama+, Imana ihambaye, y’inkomezi kandi iteye ubwoba+, itagira nkunzi ku muntu n’umwe+ canke ngo yemere igiturire+, Ezekiyeli 22:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Muri wewe bakiriye igiturire kugira ngo basese amaraso+. Wakiriye inyungu+, uguranira kwunguka+, kandi mu bukazi uguma wungukira+ kuri bagenzawe ukoresheje ubugunge+, nanje ukaba waranyibagiye+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze. Matayo 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 avuga ati: “Nacumuye mu kugura amaraso y’umugororotsi+.” Na bo bati: “Bidutwaye iki? Birakuraba+!” Ivyakozwe 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 (Uwo nyene rero, yaguze+ itongo impembo y’ibitagororotse+, hanyuma agwa atanguje umutwe+, aturikira hagati na hagati, amara yiwe yose arandara.
17 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana iruta izindi mana*+ n’Umukama w’abakama+, Imana ihambaye, y’inkomezi kandi iteye ubwoba+, itagira nkunzi ku muntu n’umwe+ canke ngo yemere igiturire+,
12 Muri wewe bakiriye igiturire kugira ngo basese amaraso+. Wakiriye inyungu+, uguranira kwunguka+, kandi mu bukazi uguma wungukira+ kuri bagenzawe ukoresheje ubugunge+, nanje ukaba waranyibagiye+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
18 (Uwo nyene rero, yaguze+ itongo impembo y’ibitagororotse+, hanyuma agwa atanguje umutwe+, aturikira hagati na hagati, amara yiwe yose arandara.