ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 27:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 azosohoka imbere yabo akongera akinjira imbere yabo, azobasohora akongera akabinjiza+, kugira ngo ikoraniro rya Yehova ntiribe nk’intama zitagira umwungere+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 31:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 ababwira ati: “Uno musi mfise imyaka ijana na mirongo ibiri+. Ntibigikunda ko nza ndagenda nongera ngaruka+, kuko Yehova yambwiye ati: ‘Ntuzojabuka uru ruzi Yorodani+.’

  • 2 Ngoma 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Numpe rero ubukerebutsi n’ubumenyi+ kugira ngo nyobore aba bantu neza+; nakare, ni nde yoshobora gucira imanza aba bantu bawe n’ingene ari benshi+?”

  • Zaburi 91:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ko yanyiyumvisemwo+,

      Nanje rero nzomukiza+.

      Nzomukingira kuko yamenye izina ryanje+.

  • Zaburi 121:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Yehova ubwiwe azorinda amaja n’amaza yawe+

      Kuva ubu no gushika igihe kitagira urugero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika