Abalewi 26:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ninamara kubavunira inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+, abagore cumi bazokwotsa koko umukate wanyu mw’ifuru imwe itarenga, bawubagarukanire ku gipimo+; kandi kurya muzorya mugabo ntimuzohaga+. Mika 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Uzorya ntuhage, muri wewe hagume hagaragara+. Uzotwara ibintu mugabo ntuzobijana ahatagira inkomanzi; n’ivyo wojanye ahatagira inkomanzi, nzobiha inkota+.
26 Ninamara kubavunira inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+, abagore cumi bazokwotsa koko umukate wanyu mw’ifuru imwe itarenga, bawubagarukanire ku gipimo+; kandi kurya muzorya mugabo ntimuzohaga+.
14 Uzorya ntuhage, muri wewe hagume hagaragara+. Uzotwara ibintu mugabo ntuzobijana ahatagira inkomanzi; n’ivyo wojanye ahatagira inkomanzi, nzobiha inkota+.