Abalewi 26:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+. Yeremiya 21:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzokubita ababa muri iki gisagara, umuntu n’igikoko. Bazokwicwa n’ikiza gikomeye+.”’ Yeremiya 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi nzobarungikira inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, gushika bahonye ku butaka nabahaye bo hamwe na ba sekuruza babo+.”’”
25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+.
10 Kandi nzobarungikira inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, gushika bahonye ku butaka nabahaye bo hamwe na ba sekuruza babo+.”’”