2 Ngoma 29:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 None ehe ba sogokuruza bacu baragwishijwe n’inkota+, kandi abahungu bacu n’abakobwa bacu n’abagore bacu baragizwe imbohe kubera ico+. Yoweli 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 abana ba Yuda be n’abana ba Yeruzalemu mwarabagurishije+ ku bana b’Abagiriki+, kugira ngo mubomorere kure y’akarere kabo bwite+;
9 None ehe ba sogokuruza bacu baragwishijwe n’inkota+, kandi abahungu bacu n’abakobwa bacu n’abagore bacu baragizwe imbohe kubera ico+.
6 abana ba Yuda be n’abana ba Yeruzalemu mwarabagurishije+ ku bana b’Abagiriki+, kugira ngo mubomorere kure y’akarere kabo bwite+;