Abalewi 26:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 nanje rero nzobwirizwa kugenda ndabarwanya narunguye+, kandi jewe, emwe, jewe nzobwirizwa kubahana incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+. 2 Abami 17:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Yehova ata uruvyaro+ rwa Isirayeli rwose kandi aguma abateza amarushwa yongera abatanga mu kuboko kw’abasahuzi, gushika abataye bakava imbere yiwe+. Yesaya 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo nimwanka+ kandi mukaba koko abagarariji, muzoribwa n’inkota ibaherengeteze; kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.” Yeremiya 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi nzobarungikira inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, gushika bahonye ku butaka nabahaye bo hamwe na ba sekuruza babo+.”’”
28 nanje rero nzobwirizwa kugenda ndabarwanya narunguye+, kandi jewe, emwe, jewe nzobwirizwa kubahana incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+.
20 Nuko Yehova ata uruvyaro+ rwa Isirayeli rwose kandi aguma abateza amarushwa yongera abatanga mu kuboko kw’abasahuzi, gushika abataye bakava imbere yiwe+.
20 Mugabo nimwanka+ kandi mukaba koko abagarariji, muzoribwa n’inkota ibaherengeteze; kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.”
10 Kandi nzobarungikira inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, gushika bahonye ku butaka nabahaye bo hamwe na ba sekuruza babo+.”’”