Kuvayo 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ‘Ubwanyu mwariboneye ivyo nakoreye Abanyamisiri+, kugira ngo mwebwe ndabatware ku mababa y’inkona, ndabazane kuri jewe+. Gusubira mu vyagezwe 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ntuze ubatinye+. Uko bigenda kwose ukwiye kwibuka ivyo Yehova Imana yawe yagiriye Farawo na Misiri yose+, Yosuwa 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma ntuma Musa na Aroni+, maze nkubitisha Misiri ivyo nakoreye hagati muri yo+; hanyuma mwebwe ndabakurayo+.
4 ‘Ubwanyu mwariboneye ivyo nakoreye Abanyamisiri+, kugira ngo mwebwe ndabatware ku mababa y’inkona, ndabazane kuri jewe+.
18 ntuze ubatinye+. Uko bigenda kwose ukwiye kwibuka ivyo Yehova Imana yawe yagiriye Farawo na Misiri yose+,
5 Mu nyuma ntuma Musa na Aroni+, maze nkubitisha Misiri ivyo nakoreye hagati muri yo+; hanyuma mwebwe ndabakurayo+.