ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 20:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ugutwi kwumva be n’ijisho ribona, Yehova ubwiwe ni we yabikoze vyompi+.

  • Yesaya 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.”

  • Mariko 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 kugira ngo naho baraba, barabe yamara ntibabone, kandi naho bumva, bumve yamara ntibategere insobanuro, canke ngo bigere bahindukira ngo bababarirwe+.”

  • Abaroma 11:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 nk’uko vyanditswe ngo: “Imana yabahaye impwemu y’itiro rirerire+, ibaha amaso kugira ntibabone, n’amatwi kugira ntibumve, gushika n’uyu musi+.”

  • Abanyefeso 4:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 mu gihe bari mu mwiza mu bwenge bwabo+, bigijwe kure+ y’ubuzima buva ku Mana, kubera ukutamenya+ kuri muri bo, kubera ugukomantara+ kw’imitima yabo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika