Gusubira mu vyagezwe 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwiyubare, umutima wanyu ntuhave ukwegakwegwa+, mugakevya, mugasenga izindi mana, mukazunamira+, Gusubira mu vyagezwe 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 maze akagenda agasenga izindi mana kandi akazunamira, canke akunamira izuba canke ukwezi canke ingabo zose zo mu majuru+, ikintu ntategetse+, Abaheburayo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mwiyubare, bene wacu, kugira ngo ntihigere hatsimbatara mu muntu n’umwe muri mwebwe umutima mubi utizera mu kuva kuri ya Mana nzima+;
3 maze akagenda agasenga izindi mana kandi akazunamira, canke akunamira izuba canke ukwezi canke ingabo zose zo mu majuru+, ikintu ntategetse+,
12 Mwiyubare, bene wacu, kugira ngo ntihigere hatsimbatara mu muntu n’umwe muri mwebwe umutima mubi utizera mu kuva kuri ya Mana nzima+;