ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Ehe, aba bantu ngira ndabarishe ibamba+, kandi nzobanywesha amazi arimwo ubumara+;

  • Hoseya 10:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Baravuga amajambo, bakarahira indahiro z’ikinyoma+, bagasezerana isezerano+; kandi urubanza rwanaze nk’igiterwa c’ubumara mu mirongo y’ubusizi yo mu mirima+.

  • Amosi 6:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Mbega amafarasi yokwiruka ku rutare? Canke umuntu yoharimisha inka? Kuko ubutungane mwabuhinduye igiterwa c’ubumara+, icamwa c’ubugororotsi na co mugihindura ibamba,

  • Ivyakozwe 8:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 kuko ndabona yuko wewe uri indurwe y’ubumara+ n’imbohe* y’ibitagororotse+.”

  • Abaheburayo 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 murabe neza ngo ntihagire n’umwe yimwa bwa buntu ata wari abukwiriye bw’Imana+; ngo ntihagire umuzi w’ubumara+ umera ugatera ingorane no kugira ngo benshi ntibahumanywe na wo+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika