Zaburi 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yavuze mu mutima wiwe ngo: “Sinzonyiganyizwa+;Uko iyaruka rikurikira irindi, ivyago nzobaza+.” Yeremiya 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Barihakanye Yehova, kandi baguma bavuga ngo: ‘Nta wuriho+. Nta vyago bizodushikira, kandi nta nkota canke ikigoyi tuzobona+.’ Yeremiya 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mbega warataye Yuda buhere+, canke umutima wawe warazinutswe Siyoni+? Kubera iki none wadukubise, ku buryo tudashobora gukira+? Twari twiteze amahoro, mugabo nta ciza caje; twari twiteze igihe c’ugukira, none ehe, haje ivutu+!
12 “Barihakanye Yehova, kandi baguma bavuga ngo: ‘Nta wuriho+. Nta vyago bizodushikira, kandi nta nkota canke ikigoyi tuzobona+.’
19 Mbega warataye Yuda buhere+, canke umutima wawe warazinutswe Siyoni+? Kubera iki none wadukubise, ku buryo tudashobora gukira+? Twari twiteze amahoro, mugabo nta ciza caje; twari twiteze igihe c’ugukira, none ehe, haje ivutu+!