10 be n’ibintu vyose yakoreye ba bami babiri b’Abamori baba hakurya ya Yorodani, ari bo Sihoni+ umwami wa Heshiboni na Ogi+ umwami wa Bashani yari i Ashitaroti+.
22 “Wabahaye ubwami+ n’ibisata vy’abantu, ubigabanganya igipande ku kindi+; ku buryo bigarurira igihugu ca Sihoni+, egome, igihugu c’umwami wa Heshiboni+, n’igihugu ca Ogi+ umwami wa Bashani+.