Yosuwa 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hanyuma bigarurira akarere ka Ogi+ umwami wa Bashani, wo mu basigaye ku Barefayimu+, uwaba i Ashitaroti+ n’i Edireyi+, Yosuwa 13:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 akarere k’ubwami kose ka Ogi+ muri Bashani, uwaganza i Ashitaroti n’i Edireyi+, akaba ari we yasigaye mu basigaye ku Barefayimu+; Musa yarabakubise, arabomora+.
4 Hanyuma bigarurira akarere ka Ogi+ umwami wa Bashani, wo mu basigaye ku Barefayimu+, uwaba i Ashitaroti+ n’i Edireyi+,
12 akarere k’ubwami kose ka Ogi+ muri Bashani, uwaganza i Ashitaroti n’i Edireyi+, akaba ari we yasigaye mu basigaye ku Barefayimu+; Musa yarabakubise, arabomora+.