Gusubira mu vyagezwe 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+ n’inguvu zawe zose+. Gusubira mu vyagezwe 30:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi Yehova Imana yawe azobwirizwa kugenyera umutima wawe+ n’umutima w’uruvyaro rwawe+, kugira ukunde Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose, ku bw’ubuzima bwawe+.
5 Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+ n’inguvu zawe zose+.
6 Kandi Yehova Imana yawe azobwirizwa kugenyera umutima wawe+ n’umutima w’uruvyaro rwawe+, kugira ukunde Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose, ku bw’ubuzima bwawe+.