Gusubira mu vyagezwe 30:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova Imana yawe azokuzana koko mu gihugu ba so bigaruriye, kandi uzocigarurira ata kabuza; kandi azokugirira neza koko yongere akugwize kuruta ba so+.
5 Yehova Imana yawe azokuzana koko mu gihugu ba so bigaruriye, kandi uzocigarurira ata kabuza; kandi azokugirira neza koko yongere akugwize kuruta ba so+.