Kuvayo 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Musa yari afise imyaka mirongo umunani, Aroni na we mirongo umunani n’itatu igihe bavugana na Farawo+. Gusubira mu vyagezwe 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi Musa yari afise imyaka ijana na mirongo ibiri igihe yapfa+. Amaso yiwe ntiyari bwabone ivyijiji+, n’inkomezi ziwe ntizari bwamuveko+. Ivyakozwe 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Igihe rero yariko arakwiza umwaka wiwe ugira mirongo ine, haza iciyumviro mu mutima wiwe co kugendera bene wabo, bene Isirayeli+.
7 Musa yari afise imyaka mirongo umunani, Aroni na we mirongo umunani n’itatu igihe bavugana na Farawo+.
7 Kandi Musa yari afise imyaka ijana na mirongo ibiri igihe yapfa+. Amaso yiwe ntiyari bwabone ivyijiji+, n’inkomezi ziwe ntizari bwamuveko+.
23 “Igihe rero yariko arakwiza umwaka wiwe ugira mirongo ine, haza iciyumviro mu mutima wiwe co kugendera bene wabo, bene Isirayeli+.